Muri FIFA baratungana agatoki Ibiherutse kuvugururwa: 26 ukwa gatanu, 2011 - 18:21 GMT Facebook Twitter Send to a friend Print page Bin Hamman Bin Hamman Mohammed Bin Hamman yabwiy

Publié le par uwumukiza

Muri FIFA baratungana agatoki

Ibiherutse kuvugururwa: 26 ukwa gatanu, 2011 - 18:21 GMT
Bin Hamman

Bin Hamman

Mohammed Bin Hamman yabwiye FIFA ko ikwiye gukora itohoza kuri mukeba wiwe mu guhiganirwa ikibanza co kuyobora iryo shirahamwe ari nawe asanzwe ari mur'ayo mabanga Sepp Blatter, nk'umwe mu baharurwako ruswa.

Bwana Bin Hamman ubwiwe yarabajijwe n'umurwi ujejwe kugenzura inyifato mw'ishirahamwe FIFA ku munsi w'Imana, kur'ico kibazo ca ruswa.

Ivyo bamukekako bishingiye ku myumvikano yo mu kinyegero yoba yaragize mu ntumebro yo kwegurira ubu Russiya itunganywa ry'inkino mpuzamakungu zo mu mwaka w'2018, n'igihugu ciwe ca Qatar mu 2022.

Ikoraniro rya FIFa rizotora uyobora iryo shirahamwe mu mpera z'uku kwezi iZurich muri Swisse.

 

 

 

Publié dans lessons

Pour être informé des derniers articles, inscrivez vous :

Commenter cet article