Fifa isaba ivyemeza ivyo Ubwongereza buvuga Ibiherutse kuvugururwa: 11 ukwa gatanu, 2011 - 17:11 GMT Facebook Twitter Send to a friend Print page Umukuru wa Fifa Sepp Blatter Umukur

Publié le par uwumukiza

 

Fifa isaba ivyemeza ivyo Ubwongereza buvuga

Ibiherutse kuvugururwa: 11 ukwa gatanu, 2011 - 17:11 GMT
Umukuru wa Fifa Sepp Blatter

Umukuru wa Fifa Sepp Blatter

Fifa yandikiye ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Bwongereza irisaba gutanga icegeranyo gikwiye ku vyagiriji vy'igiturire muri Fifa.

Uwahoze ari umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Bwongere, Lord Triesman, avuga ko abakozi ba Fifa basavye ibiturire ngo bashigikire Ubwongereza kugira buronke inkino z'igikombe c'isi co mu 2018.

Fifa yavuze yuko ihangayikishijwe cane n'ivyo vyagiriji bishasha.

Fifa yasavye kandi ko ikinyamakuru Sunday Times gitanga ivyemeza nyuma yaho kivugiye ko hatanzwe igiturire mu gutanga inkino zo mu 2022.

Publié dans lessons

Pour être informé des derniers articles, inscrivez vous :

Commenter cet article